Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Bibiliya kuri internet | BIBILIYA Y’ISI NSHASHA

Zaburi 70:1-5

Ku muyobozi. Ni izaburi ya Dawidi yo kwibutsa+. 70  Ewe Mana, nyaragasa undokore+,Ewe Yehova, nyaragasa untabare+.   Nibamaramare barye ivyatsi, abo barondera ubuzima bwanje+.Nibahindukire bateterwe, abo bahimbarwa n’ivyago vyanje+.   Nibasubire inyuma bivuye ku bimaramare vyabo, abo bavuga ngo: “Ahaa! Ahaa+!”   Nibigine, banezerwe muri wewe, abo bose bakurondera+;Abo bakunda ubukiriro bwawe nibame bavuga bati: “Imana nishimagizwe+!”   Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.Ewe Mana, gira ico ukoze ningoga ku bwanje+.Ni wewe mutabazi wanje ukaba n’uwunkiza+.Ewe Yehova, ntutebe birenze+.

Amakuru yiyongereye