Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Bibiliya kuri internet | BIBILIYA Y’ISI NSHASHA

Zaburi 150:1-6

150  Shemeze Ya+! Shemeze Imana aheranda hayo+. Nimuyishemeze mu kirere c’inkomezi zayo+.   Nimuyishemeze ku bw’ibikorwa vyayo vy’ubushobozi+. Nimuyishemeze nk’uko umurengera w’ubukuru bwayo uri+.   Nimuyishemeze muvuza inzamba+. Nimuyishemeze n’igicurarangisho c’imirya be n’inanga+.   Nimuyishemeze n’akagoma+ be n’intambo y’umuzingi+. Nimuyishemeze n’imirya+ be n’umwironge+.   Nimuyishemeze n’ivyuma vy’umusāmīro uryoshe+. Nimuyishemeze n’ivyuma vyasirana+.   Igihumeka cose, emwe, nigishemeze Ya+! Shemeze Ya+!

Amakuru yiyongereye