Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Bibiliya kuri internet

BIBILIYA Y’ISI NSHASHA

Zaburi 133:1-3

Ururirimbo rw’Ukuduga. Ni izaburi ya Dawidi. 133  Raba! Ese ukuntu ari vyiza kandi bihimbaye Ko abavukana babana mu bumwe+!   Ni nka ya mavuta meza ku mutwe+, Ashunguruka ku bwanwa, Ubwanwa bwa Aroni+, Ashunguruka gushika kw’izosi ry’impuzu ziwe+.   Ni nk’ikime+ ca Herumoni+ Kimanuka ku misozi ya Siyoni+. Kuko aho ari ho Yehova yategetse ko umuhezagiro uba+, Mbere ubuzima gushika igihe kitagira urugero+.

Amakuru yiyongereye