Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Bibiliya kuri internet

BIBILIYA Y’ISI NSHASHA

Zaburi 128:1-6

Ururirimbo rw’Ukuduga. 128  Hahiriwe umuntu wese atinya Yehova+, Agendera mu nzira ziwe+.   Kuko uzorya ibivuye mu bucumukure bw’amaboko yawe+. Uzoba uwuhiriwe, kandi bizokugendera neza+.   Umugore wawe azoba nk’umuzabibu wama ivyamwa+ Mu bwigobeko bw’inzu yawe. Abana bawe bazoba nk’imivyaro y’ibiti+ vy’umwelayo irya n’ino y’imeza yawe.   Raba! Ukwo ni ko hazohezagirwa umuntu w’umugabo+ Atinya Yehova+.   Yehova azoguhezagira ari i Siyoni+. Nubone kandi ivyiza vya Yeruzalemu imisi yose y’ubuzima bwawe+,   Ubone n’abana b’abana bawe+. Nihabe amahoro kuri Isirayeli+.

Amakuru yiyongereye