Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Bibiliya kuri internet

BIBILIYA Y’ISI NSHASHA

Zaburi 117:1, 2

117  Shemeze Yehova, mwa mahanga mwese+; Nimumukeze, yemwe miryango mwese+!   Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe bwabaye ubw’inkomezi kuri twebwe+; Kandi ukuri+ kwa Yehova ni ukwo gushika igihe kitagira urugero. Shemeze Ya+!

Amakuru yiyongereye