Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Bibiliya kuri internet | BIBILIYA Y’ISI NSHASHA

Yobu 25:1-6

25  Biludadi+ Umushuhi arishura ati:   “Ubutware n’inguvu ziteye ubwoba bibarizwa iwayo+;Isasagaza amahoro ahantu hayo iyo hejuru.   Mbega abasirikare bayo bari n’igitigiri?Vyongeye, ni nde umuco wayo utarasirako?   None umuntu buntu yoba mu kuri gute imbere y’Imana+,Canke uwavutse ku mugore yoba uwudahumanye gute+?   Raba! Mbere n’ukwezi ari ukwezi ntikwakaka;N’inyenyeri ubwazo ntizityoroye mu maso yayo.   Nkanswe umuntu buntu, kandi ari urunyo,N’umwana w’umuntu, kandi ari umusiba+!”

Amakuru yiyongereye