1 Ngoma 1:1-54

1  Adamu+,Seti+,Enoshi+,   Kenani+,Mahalaleli+,Yaredi+,   Henoki+,Metusela+,Lameki+,   Nowa+,Shemu+, Hamu+ na Yafeti+.  Bene Yafeti bari Gomeri na Magogi+ na Madayi+ na Yavani+ na Tubali na Mesheki+ na Tirasi+.  Bene Gomeri na bo bari Ashikenazi+ na Rifati+ na Togaruma+.  Bene Yavani na bo bari Elisha+ na Tarushishi+, Kitimu+ na Rodanimu+.  Bene Hamu bari Kushi+ na Mizirayimu+, Puti+ na Kanani+.  Bene Kushi na bo bari Seba+ na Havila na Sabuta+ na Rayama+ na Sabuteka+. Bene Rayama na bo bari Sheba na Dedani+. 10  Kushi avyara Nimurodi+. Uno ni we yatanguye kuba umunyenkomezi mw’isi+. 11  Nayo Mizirayimu, avyara Ludimu+ na Anamimu na Lehabimu na Nafituhimu+ 12  na Patirusimu+ na Kasiluhimu+ (abo Abafilisitiya+ bakomotseko) na Kafutorimu+. 13  Nayo Kanani, avyara Sidoni+ imfura yiwe na Heti+ 14  n’Umuyebusi+ n’Umwamori+ n’Umugirugashi+ 15  n’Umuhiwi+ n’Umwariki n’Umusini+ 16  n’Umwaruvadi+ n’Umuzemari+ n’Umuhamati+. 17  Bene Shemu+ bari Elamu+ na Ashuru+ na Arupakishadi+ na Ludi+ na Aramu,Na Uzu na Huli na Geteri na Mashi+. 18  Nayo Arupakishadi, avyara Shela+, Shela na we avyara Eberi+. 19  Eberi yavyaye abahungu babiri. Umwe yitwa Pelegi*+, kuko mu misi yiwe ari ho isi yagabuwe; mwene wabo na we yitwa Yokitani. 20  Nayo Yokitani, avyara Alumodadi na Shelefu na Hazarumaveti na Yera+ 21  na Hadoramu na Uzali na Dikila+ 22  na Obali na Abimayeli na Sheba+ 23  na Ofiri+ na Havila+ na Yobabu+; abo bose bari bene Yokitani. 24  Shemu+,Arupakishadi+,Shela+, 25  Eberi+,Pelegi+,Reyu+, 26  Serugi+,Nahori+,Tera+, 27  Aburamu+, ari we Aburahamu+. 28  Bene Aburahamu bari Izahaki+ na Ishimayeli+. 29  Aya ni yo mamuko y’imiryango yabo: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+, 30  Mishima na Duma+, Masa, Hadadi+ na Tema, 31  Yeturi, Nafishi na Kedema+. Abo ni bo bari bene Ishimayeli. 32  Abahungu bavyawe na Ketura+, incoreke ya Aburahamu+, bari Zimurani na Yokishani na Medani+ na Midiyani+ na Ishibaki+ na Shuwa+. Bene Yokishani na bo bari Sheba na Dedani+. 33  Bene Midiyani bari Efa+ na Eferi na Hanoki na Abida na Eludaya+. Abo bose bari bene Ketura. 34  Aburahamu avyara Izahaki. Bene Izahaki+ bari Esawu+ na Isirayeli+. 35  Bene Esawu bari Elifazi, Reyuweli+ na Yewushi na Yalamu na Kora+. 36  Bene Elifazi bari Temani+ na Omari, Zefo na Gatamu, Kenazi+ na Timuna+ na Amaleki+. 37  Bene Reyuweli bari Nahati, Zera, Shama na Miza+. 38  Bene Seyiri+ bari Lotani na Shobali na Zibeyoni na Ana+ na Dishoni na Ezeri na Dishani+. 39  Bene Lotani bari Hori na Homamu. Mushiki wa Lotani yari Timuna+. 40  Bene Shobali bari Aluvani na Manahati na Ebali, Shefo na Onamu+. Bene Zibeyoni bari Aya na Ana+. 41  Bene Ana bari Dishoni+. Bene Dishoni na bo bari Hemudani na Eshubani na Itirani na Kerani+. 42  Bene Ezeri+ bari Bilihani na Zayavani na Akani+. Bene Dishani bari Uzu na Arani+. 43  Aba ni bo bami baganje mu gihugu ca Edomu+ imbere y’uko hagira umwami+ aganza bene Isirayeli: Bela mwene Beyori; igisagara ciwe citwa Dinihaba+. 44  Amaherezo Bela arapfa, maze Yobabu mwene Zera+ w’i Bozira+ atangura kuganza mu kibanza ciwe. 45  Amaherezo Yobabu arapfa, maze Hushamu+ wo mu gihugu c’Abatemani+ atangura kuganza mu kibanza ciwe. 46  Amaherezo Hushamu arapfa, maze Hadadi+ mwene Bedadi, uwatsindiye Midiyani+ mu karere ka Mowabu, atangura kuganza mu kibanza ciwe. Igisagara ciwe kikaba citwa Aviti+. 47  Amaherezo Hadadi arapfa, maze Samula w’i Masireka+ atangura kuganza mu kibanza ciwe. 48  Amaherezo Samula arapfa, maze Shawuli w’i Rehoboti+ iruhande ya rwa Ruzi atangura kuganza mu kibanza ciwe. 49  Amaherezo Shawuli arapfa, maze Bayali-hanani mwene Akibori+ atangura kuganza mu kibanza ciwe. 50  Amaherezo Bayali-hanani arapfa, maze Hadadi atangura kuganza mu kibanza ciwe; igisagara ciwe citwa Pawu, umugore wiwe na we akitwa Mehetabeli umukobwa wa Matiredi, Matiredi umukobwa wa Mezahabu+. 51  Amaherezo Hadadi arapfa. Abatware* ba Edomu babaye aba: umutware Timuna, umutware Aluva, umutware Yeteti+, 52  umutware Oholibama, umutware Ela, umutware Pinoni+, 53  umutware Kenazi, umutware Temani, umutware Mibuzari+, 54  umutware Magidiyeli, umutware Iramu+. Abo ni bo bari abatware+ ba Edomu.

Amakuru yiyongereye

Bisobanura “Ukugabura.”
Ijambo ku rindi ni “abashehe.” Ijambo ry’igiheburayo rivuye kw’itsitso risobanura “igihumbi,” rikaba risobanura “indongozi y’igihumbi.”