Ico twigira kuri Yosiya: Kunda Yehova, wanke ikibi

Umwami Yosiya, abitumwe n’urukundo akunda Yehova, aratangura isekeza ryo kuzimanganya ugusenga kw’ikinyoma mu gihugu. Yoba aroranirwa naho hariho abamutera ubwoba n’abamurwanya?

Ico twigira kuri Yosiya: Kunda Yehova, wanke ikibi: Igice ca 1

Yosiya akura akikujwe n’abantu basenga Bayali. Yoba azokora ibigororotse mu nyonga za Yehova?

Ico twigira kuri Yosiya: Kunda Yehova, wanke ikibi: Igice ca 2

Umwami Yosiya yiyemeje gukura mu gihugu ugusenga kw’ikinyoma no gutuma abanyagihugu barushiriza gukunda Yehova no gukora ibigororotse. Yoba azobishobora?