Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

“Ewe Yehova, . . . ni wewe nizigiye”

Raba ingene Hezekiya yagumye ashikamye naho abantu bo mu mpande zose bari bamuremereye cane. Yafashe ingingo iranga ukwizera, aguma ari intahemuka, aba abereye akarorero ihanga ryose n’abasavyi ba Yehova bose bo muri iki gihe.