Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Uburyo bwo gutanguza ibiyago

Amavidewo agenewe gutanguza ibiyago bishingiye kuri Bibiliya.

Uburyo bwo gushikiriza agatabu Vyoba vyararemwe?

Birahambaye kumenya ukuntu ubuzima bwatanguye kugira tumenye igituma turiho.

Uburyo bwo gushikiriza agatabu Urugo rwanyu rurashobora kugira agahimbare

Ingo n’imiryango birageramiwe. Bibiliya iravuga ibintu vyotuma urugo ruhimbarwa.

Woshima kumenya inkuru nziza?

Bibiliya irimwo ‘inkuru nziza y’ikintu ciza kuruta,’ nk’uko muri Yesaya 52:7 havyerekana. Iyo nkuru nziza irashobora kugufasha kugira urugo ruhimbawe, abagenzi beza n’amahoro yo mu mutima.

Abapfuye boba bazosubira kubaho?

Bibiliya ivuga ko abawe bapfuye muzosubira kubonana aha nyene kw’isi.

Ivyabona vya Yehova, turi bande?

Abantu benshi baripfuza kumenya Ivyabona vya Yehova abo ari bo. Nutege amatwi babikwibwirire.