Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Urwaruka ruribaza: Nzokoresha gute ubuzima bwanje?

Uwukiri muto wese akwiye kwibaza iki kibazo gihambaye: ‘Nzokoresha gute ubuzima bwanje?’ Igihe uraba urugamba umusore yitwa André arwana arondera guhitamwo hagati y’ibintu bibiri yakunda, ca nawe usuzuma neza imigambi ufise mu buzima. Aza guhitamwo ikihe muri ivyo bibiri? Ni ikihe kizotuma ahimbarwa kuruta? Utundi duce turi muri iyi videwo tugizwe n’ibiganiro twagiranye n’abakiri bato bo mu bihugu bitandukanye kandi biraza kugufasha mu migambi wofata.