Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Urwaruka ruribaza—Noshobora gute kuronka abagenzi nyakuri?

Kuronka abagenzi ntivyama vyoroshe iyo ukiri muto. Raba ingene Tara yaronse abagenzi nyakuri bamwitwararika koko, urabe nawe ko wobigenza gutyo. N’ikindi kandi, muri iyi videwo, abakiri bato bo hirya no hino kw’isi baravuga ingene baronse abagenzi nyakuri.