Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Niwubahe ubukuru bwa Yehova

Abisirayeli batarashika mu Gihugu c’isezerano, haradutse ubugarariji butewe na Kora. Boba bari kuja ku ruhande rwa Kora canke rwa Musa? Abana ba Kora bobo bari kuja ku ruhe ruhande? Uko ibintu vyagenze biradufasha umwumwe wese gusuzuma ukuntu abona ubukuru bwa Yehova.