Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Mwibuke muka Loti

Imburi haciye nk’imyaka 2.000 Yezu atanze irahambaye cane muri iki gihe. Raba ukuntu Bernard na Gloria biga gukingira umuryango wabo ngo ntugwe mu kaga Yezu yavuze.

Mwibuke muka Loti: Igice ca 1

Ni gute umuryango umwe w’abakirisu ubura ico uhitamwo hagati yo kuba intahemuka ku Mana no kurondera ubutunzi?

Mwibuke muka Loti: Igice ca 2

Ni ibiki bishobora kunyoha ukwizera kwacu bigatuma turenga ku mategeko y’Imana ajanye n’ivyo gusenga hamwe n’inyifato runtu?

Mwibuke muka Loti: Igice ca 3

Yezu yavuze inkuru yabo ngo itubere icigwa. Ivyashikiye muka Loti yari gushobora kuvyirinda. Natwe turashobora kuvyirinda.