Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Kwubaka Ingoro z’Ubwami biratuma ugusenga kw’ukuri gutera imbere

Ivyabona vya Yehova babigenza gute kugira bashobore kwubaka ibibanza vyo gusengeramwo mu bihugu biri mu nzira y’amajambere, aho igitigiri c’Ivyabona kiguma ciyongera uko bukeye uko bwije? Raba iyi videwo maze wibonere utwigoro tudasanzwe bariko baragira mu kwubaka hirya no hino kw’isi.

 

Raba n'ibindi

Amaporoje y’ubwubatsi

Turatanga tubikunze umwanya wacu, inguvu zacu be n’uburyo bwacu mu kwubaka ibibanza vyo gusengeramwo be n’amabiro hirya no hino kw’isi.