Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ico bavuga ku bijanye n’inkomoko y’ubuzima

Massimo Tistarelli: Umuhinga mu vy’amarobo asigura icatumye yemera Imana

Massimo Tistarelli: Umuhinga mu vy’amarobo asigura icatumye yemera Imana

Massimo Tistarelli ni umuhinga mu vy’amarobo akaba yaraminuje mu vyo gukoresha orodinateri. Ubuhinga budasanzwe afise bwaratumye atangura gukekeranya ku vyo yemera ku bijanye n’uko ibintu vyiyadukije.