Ibiriho vyoba vyararemwe?

Ibiriho vyoba vyararemwe?

Ikirere kirimwo imibumbe ni amahero kandi kiratangaje cane. None ivyo vyose vyabonetse gute? Ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’inkomoko y’ibiriho vyoba vyumvikana?