Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Dawidi yarizigira Imana

Dawidi yarizigira Imana. N’igihe yari ahanganye n’ingorane zasa n’izimurengeye, ntiyigeze areka gukorera Imana y’ukuri. Raba ingene Yehova yahezagiye Dawidi kubera ukudahemuka kwiwe be n’ingene dushobora guhezagirwa hamwe twokwigana Dawidi.