Kubera iki Yezu yapfuye?
Bibiliya ivuga ko urupfu rwa Yezu ruhambaye cane. Urupfu rwiwe rwari rufise intumbero iyihe?
Ibiganiro bifitaniye isano
Amavidewo ashingiye kuri Bibiliya: Inyigisho z’ishimikiroRaba kandi
INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA
Kubera iki Yezu yapfuye?
Abantu benshi barazi ko Yezu yapfuye kugira turonke ubuzima. Ariko neza na neza urupfu rwiwe rutumariye iki?
INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA
Yezu adukiza gute?
Kubera iki dukeneye ko Yezu adutakambira? Kwizera Yezu vyonyene vyoba bihagije kugira dukizwe?
INYIGISHO Z'ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA
Ubwami bw’Imana ni iki?
Mu bikorwa Yezu yaranguye kw’isi, yarigishije cane ibijanye n’Ubwami bw’Imana. Haraciye imyaka amajana abantu basenga basaba ko ubwo Bwami buza.
INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA
Ni gute inkuka ya Yezu ari “incungu ya benshi”?
Ni gute incungu ituma dukira icaha?
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Nugerageze kwiga Bibiliya natwe
Urashobora kwiga Bibiliya ku buntu uri kumwe n’uwukwigisha.
IBITWEREKEYE
Kwibuka urupfu rwa Yezu
Ku mwaka ku mwaka, abantu amamiliyoni barahurira hamwe kugira bibuke urupfu rwa Yezu. Uratumiwe ngo uzoze wiyumvire ukuntu ico kintu gihambaye kigufitiye akamaro.
INYIGISHO Z'ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA

