Ubuyabaga bwanje—Kubera iki ndazwa ishinga n’ukuntu mboneka?
Raba ingene Tony na Samantha bananiye akosho abandi babagirako mu bijanye n’ukuntu bategerezwa gusa.
Raba kandi
URWARUKA RURIBAZA
Woba urazwa ishinga cane n’uko usa?
Nimba udashima uko usa, ni igiki wokora kugira ubone ibikwerekeye ku rugero?
URWARUKA RURIBAZA
Mboneka gute?
Raba ingene wokwirinda amakosa atatu mu yakunda gushika ku bijanye n’inyambaro.
IVYO URUNGANWE RWAWE RUVUGA
Ivyo abakiri bato bavuga ku bijanye n’ukuntu umuntu angana ku mubiri
Ni kubera iki bishobora kubera urugamba abakiri bato kuguma babona neza ukuntu baboneka? Ni igiki cofasha?
INYISHU Z’IBIBAZO 10 URWARUKA RWIBAZA
Kuki ntashima uko nsa?
Woba wumva wiyanse igihe wiravye mu kiyo? Ni ibiki woryohora utarinze kurenza urugero?
URWARUKA RURIBAZA
Kuki noba maso ku bigeme berekanwa mu binyamakuru?—Igice ca 1: Vyerekeye abakobwa
Benshi mu biyumvira ko bariko berekana uko bameze usanga bariko bigana abandi gusa.
URWARUKA RURIBAZA
Kuki noba maso ku bahungu berekanwa mu binyamakuru?—Igice ca 2: Vyerekeye abahungu
Kwigana ukuntu abahungu berekanwa mu binyamakuru bameze vyoba bituma abandi batagushima?
IVYO URUNGANWE RWAWE RUVUGA