Niwigire ku bagenzi ba Yehova

Mefibosheti

Igihe turenganijwe, ni ibiki twokora kugira tugumane umunezero nka Mefibosheti?

Yosuwa na Kalebu

Ni igiki catumye Yosuwa na Kalebu bagira umutima rugabo kandi abandi vyari vyabananiye?

Abigayili

Abigayili yafashije gute umugabo umwe kwirinda gukora ikibi ahubwo agakora iciza?

Debora

Ni gute wogira umutima rugabo nka Debora?

Abeli

Ni ivyigwa ibihe wokwigira ku kuntu Abeli yakomeje ukwizera kwiwe?

Yeremiya

Ni ivyigwa ibihe wokwigira ku kuntu umugenzi wa Yehova Yeremiya yagaragaje ubutinyutsi?

Hananiya, Mishayeli na Azariya

Woba nawe wogamburuka nk’abagenzi ba Yehova ari bo Hananiya, Mishayeli na Azariya?

Sorry, there are no terms that match your selection.