Epizode ya 4: ‘Iki ni co canzanye’
Igihe Yezu ariko arahindura abantu abigishwa mu gisagara c’i Galilaya, aratora umugwi w’abantu 12 akabita intumwa. Iyi nkuru ishingiye kuri ibi vyanditswe bikurikira: Mariko 1:21-29; Luka 4:31-39; Matayo 8:14, 15; Mariko 1:30, 31; Luka 4:40, 41; Matayo 8:16, 17; Mariko 1:32-38; Luka 4:42, 43; Matayo 4:23-25; Mariko 1:39-45; Matayo 8:1-4; Luka 5:12-16; Mariko 2:1-12; Matayo 9:1-8; Luka 5:17-26; Mariko 2:13, 14; Matayo 9:9; Luka 5:27, 28; Mariko 2:15-17; Matayo 9:10-13; Luka 5:29-32; Matayo 9:14-17; Luka 5:33-39; Mariko 2:18-22; Luka 4:44; Yohani 5:1-47; Mariko 2:23-28; Matayo 12:1-8; Luka 6:1-11; Matayo 12:9-14; Mariko 3:1-12; Matayo 12:15-21; Luka 6:12-16; Mariko 3:13-19a.

