Imvo zituma twizera—Nahisemwo kwisunga ingingo ngenderwako z’Imana
Hugo na Clara baribuka ingene kwumira ku ngingo ngenderwako za Yehova igihe bari kw’ishure, vyabafashije guhangana n’akosho k’urunganwe no kwirinda ingorane zashikira abigenza nabi.