Ikirundi
Ibitangaza vy’irema: Umuco n’amabara
https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1102017892/univ/art/1102017892_univ_sqr_xl.jpg

Umuco n’amabara

Umuco n’amabara

Isi yacu isharijwe amabara meza cane kandi atandukanye. Raba iyi videwo kugira umenye uwashizeho umuco be n’amabara yose tubona be n’ico bihishura ku Munyatugenegene yabitunganije.