Ja ku birimwo

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Johny na Gideon bahoze badacana uwaka, none ubu ni abavukanyi

Johny na Gideon bahoze badacana uwaka, none ubu ni abavukanyi

Mu gihe ca Apartheid, ya politike y’ivangura yo muri Afrika y’Epfo, Johny na Gideon bari mu mihari itacana uwaka. Raba ingene bashoboye kuba abagenzi inyuma y’aho Apartheid iviriyeho.