Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Niwibuke urupfu rwa Yezu

Niwibuke urupfu rwa Yezu

Buri mwaka, Ivyabona vya Yehova baribuka urupfu rwa Yezu nk’uko yabitegetse. (Luka 22:19, 20) Turagutumiye kuri urwo rubanza ruhambaye. Niwarwitaba, uzotahura ico ubuzima bwa Yezu n’urupfu rwiwe vyokumarira.