Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ivyabona vya Yehova barubaka bataravye imbibe z’ibihugu

Ivyabona vya Yehova barubaka bataravye imbibe z’ibihugu

Hirya no hino kw’isi, Ivyabona vya Yehova baragira imigero y’inyubakwa ibihumbi, bakazubaka bakongera bakazibungabunga. Raba ukuntu abitanga barengera imbibe z’ibihugu kandi bagatsinda intambamyi z’ururimi kugira bakore bunze ubumwe muri ico gikorwa kirangurirwa kw’isi yose.

Raba n'ibindi

NI BANDE BARIKO BARAKORA IVYO YEHOVA AGOMBA MURI IKI GIHE?

Kubera iki Ivyabona vya Yehova bubaka Ingoro z’Ubwami kandi bazubaka gute?

Kubera iki ibibanza dusengeramwo vyitwa Ingoro z’Ubwami? Nurondere kumenya n’ibindi ku bijanye n’ukuntu izo nyubakwa ziciye bugufi zifasha amashengero yacu.