Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Kwubaka Ingoro z’Ubwami mu turere turi ukwa twonyene

Kwubaka Ingoro z’Ubwami mu turere turi ukwa twonyene

Hari imigwi y’abantu bahuriye hamwe muri Kanada, bitanze mu kwubaka Ingoro z’Ubwami zibiri z’Ivyabona vya Yehova. Imwe bayubatse mu karere kegukira Ubufaransa kari ku bilometero 25 uvuye mu ntara ya Terre-Neuve, iyindi bayubaka mu gisagara ca Happy Valley-Goose Bay mu ntara ya Labrador.