Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Icicaro gikuru: Ikintu c’intibagirwa

Icicaro gikuru: Ikintu c’intibagirwa

Ivyabona vya Yehova bariko barubaka icicaro gikuru gishasha i Warwick muri Leta ya New York. Ico gikorwa cihuta kiriko gikorwa ahanini n’Ivyabona vya Yehova bo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, bitanga bavyishakiye. Bakorana ubwira babikunze kandi badahembwa; babona ko umuganda baterera muri ico gikorwa ari nk’ishikanwa bashikaniye Imana. Raba ingene uwo mugwi udasanzwe uriko ukora ibikorwa bihambaye!