Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Tubwire abandi ivyerekeye Bibiliya dukoresheje umuhora JW.ORG

Tubwire abandi ivyerekeye Bibiliya dukoresheje umuhora JW.ORG

Ku wa 28 Myandagaro 2012, Ivyabona vya Yehova baratanguye gukoresha umuhora wabo jw.org batunganije bushasha. Raba ingene Ivyabona vya Yehova hamwe n’abatari Ivyabona bungukiye kuri uwo muhora.