Bajejwe guhindura mu zindi ndimi “amajambo meranda y’Imana”—Abaroma 3:2

Bajejwe guhindura mu zindi ndimi “amajambo meranda y’Imana”—Abaroma 3:2

Ukuri kwerekeye Imana kurashobora gusangwa mu mpinduro zitari nke za Bibiliya, nyinshi muri zo Ivyabona vya Yehova bakaba barazikoresheje mu kinjana giheze. Kubera iki batanguye guhindura impinduro yabo ya Bibiliya mu congereza ca none, kandi ivyo vyavuyemwo iki? Raba aka kavidewo: Bajejwe guhindura mu zindi ndimi “amajambo meranda y’Imana”​—Abaroma 3:2.