Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

Ivyaranze ikoraniro rigirwa buri mwaka ryo mu 2014

Ivyaranze ikoraniro rigirwa buri mwaka ryo mu 2014

Abashitsi baje bava mu bihugu vyinshi baratororokaniye hamwe kw’ikoraniro rigirwa buri mwaka rigira 130 ry’ishirahamwe Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Raba ivyaranze ivyo birori vy’intibagirwa.

Murashobora kuraba porogarama yose y’ikoraniro rigirwa buri mwaka ryo mu 2014 kuri JW Broadcasting.