Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

Babanza kurondera Ubwami bw’Imana

Babanza kurondera Ubwami bw’Imana

Muri iki gihe, hoba hari abizigira Ubwami bw’Imana buvugwa muri Bibiliya? Emwe, barahari! Ikimenyamenya, niwirabire ingene abantu bo mu mihingo itandukanye y’isi bitavye ibikorane mpuzamakungu vyo mu 2014 kugira bige ivyerekeye ubwo Bwami.