Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Iratiro ridasanzwe ry’ivya Bibiliya

Iratiro ridasanzwe ry’ivya Bibiliya

Niwirabire iratiro riri ku cicaro gikuru cacu ryerekana ivya kahise k’izina ry’Imana muri Bibiliya.

Raba n'ibindi

Imana yoba ifise izina?

Imana irafise amazina menshi y’icubahiro. Amwamwe muri yo ni Mushoboravyose, Umuremyi, hamwe n’Umukama. Ariko izina ry’uruharo ry’Imana rikoreshwa incuro zirenga 7000 muri Bibiliya.