Ja ku birimwo

Akavidewo k’imponjo: Nehemiya: ‘Akanyamuneza ka Yehova ni igihome kidukingira’

Akavidewo k’imponjo: Nehemiya: ‘Akanyamuneza ka Yehova ni igihome kidukingira’

Nurabe akavidewo k’imponjo k’isinema ishingiye kuri Bibiliya izokwerekanwa uyu mwaka ivuga ibijanye na Nehemiya. Urashobora kuyiraba kw’ihwaniro ry’Ivyabona vya Yehova rikwegereye. Nehemiya yashaka gusubira kwubaka impome za Yeruzalemu. Ariko ico si co gikorwa conyene yabwirizwa gukora. Yehova yafashije gute abasavyi biwe gutahura ico ari co umunezero nyakuri?