Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Zimbabwe

Plot 14 of Good Hope

Beema Road

Mount Hampden

HARARE

ZIMBABWE

+263 867-700-4012

+263 712-604892

+263 772-472403

+263 772-472404

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha n’inusu

Ibintu bikurubikuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova 45.640 bo muri Zimbabwe. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abanyazimbabwe be no mu zindi ndimi nyinshi harimwo izitwa: shona, ndébélé.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.