Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Zambiya

Farm 23 A Makeni Road

Opposite Makeni Police Station

10101 LUSAKA

ZAMBIYA

+260 21-1-272-062

GPS Coordinates: -15.469945, 28.178943

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:30 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu minuta 50

Ibintu bikurubikuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi 14 z’aho. Bararungikira ibitabu amashengero y’Ivyabona vya Yehova 2.972 yo muri Zambiya.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.