Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Ukraine

Lvivska Street 64

Briukhovychi

79491 LVIV

UKRAINE

+38 032-240-9200

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 4:30 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha n’inusu

Ibintu bikurubikuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa c’amashengero y’Ivyabona vya Yehova 1.610 be n’igikorwa co kwubaka Ingoro z’Ubwami muri Ukraine. Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ki ukrainien.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.