Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Ubwongereza

Watch Tower

The Ridgeway

LONDON

NW7 1RN

UBWONGEREZA

+44 20-8906-2211

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo be n’isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo. Uko haciye isaha baratembereza abashitsi.

Utemberezwa mw’isaha n’igice

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Baracapura ibinyamakuru n’udutabu birenga imiliyoni 200 buri mwaka maze bakabirungika mu bihugu 100 biri hirya no hino kw’isi. Harerekanwa n’ibintu vyerekana kahise: “Bibiliya mu Bwongereza.”

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.