Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Ubuyapani

Watch Tower Bible and Tract Society

4-7-1 Nakashinden

EBINA CITY

KANAGAWA-PREF

243-0496

UBUYAPANI

+81 46-233-0005

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu masaha 2

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Buri mwaka baracapura imiliyoni 15 z’Amabibiliya, ibitabu n’udutabu be n’imiliyoni zirenga 100 z’ibinyamakuru. Buri mwaka bararungika amatoni 5.700 y’ibitabu n’ibinyamakuru vyo mu ndimi 150.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.