Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Ubutaliyano

Congregazione Cristiana Dei Testimoni di Geova

Via della Bufalotta 1281

I-00138 ROME RM

UBUTALIYANO

+39 06-872941

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 4:30 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:30 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu gitaliyano no mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abataliyano. Baratunganya ivyo kwumviriza n’amavidewo. Barahagarikira igikorwa c’amashengero n’imigwi birenga 3.000 vyo mu Butaliyano no mu bindi bihugu.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.