Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Uburusiya

Administrative Center of JWs in Russia

Ul. Srednyaya 6

Solnechnoye, Kurortnyi Rayon

197739 ST. PETERSBURG

UBURUSIYA

+7 812-702-26-90

+7 812-432-95-50

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha n’inusu

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahagarikira igikorwa co guhindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi 33, harimwo n’ururimi rw’ibimenyetso rw’Abarusiya. Barashigikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova bo mu mashengero nka 2.500.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.