Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Uburundi

Les Témoins de Jéhovah

No. 45 Muyinga Ave

Corner of Uprona Boulevard

Rohero 2

BUJUMBURA

UBURUNDI

+257 2224-1110

+257 2224-5564

+257 2224-8112

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha imwe

Ibintu bikurubikuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya kandi baratunganya ivyo kwumviriza mu kirundi. Bararungika ibitabu mu mashengero n’imigwi birenga 280.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.