Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Ubuholande

Wachttoren Bijbel-en Traktaatgenootschap

Noordbargerstraat 77

NL-7812 AA EMMEN

UBUHOLANDE

+31 591-683555

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:30 gushika isaha 4:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:30 gushika isaha 9:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa amasaha 2

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu giholande. Baratunganya ibitabu vyo mu nyuguti z’impumyi mu ndimi 12. Barakora ivy’amavidewo n’ivyo kwumviriza vyo mu ndimi nyinshi.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.