Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Ubugiriki

Watch Tower Bible and Tract Society

Kifisias 77

GR 151 24 MAROUSI

UBUGIRIKI

+30 210-619-7630

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Mu gitondo isaha 4:00 n’isaha 5:30, ku muhingamo isaha 8:30

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu kigiriki, mu nyuguti z’impumyi z’ikigiriki, mu rurimi rw’ibimenyetso rw’Abagiriki, no mu kiromani (caba ikivugwa mu buraruko bw’Ubugiriki canke mu bumanuko bw’Ubugiriki). Barahagarikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova mu Bugiriki no muri Shipre.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.