Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Ubufaransa

2 rue Saint-Hildevert

27400 LOUVIERS

UBUFARANSA

+33 2-32-25-55-55

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 4:00 zo mu gitondo gushika isaha 8:30 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu masaha 2

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi zitari nke. Barahagarikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova mu Bufaransa, muri Maurice, muri Seychelles no mu turere twegukira Ubufaransa (Guyane, Gwadelupe, Martinike, Mayotte, Réunion, Saint Barthélemy, Saint-Martin, hamwe na Saint-Pierre-et-Miquelon).

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.