Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Ubudagi

Jehovas Zeugen

Am Steinfels

65618 SELTERS

UBUDAGI

+49 6483-41-0

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 4:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mu masaha 2

Urashobora gutemberera iratiro ry’ivya kahise mu kiringo c’isaha. Nimba muzoza muri umugwi munini, murasabwe kubimenyesha hakiri kare.

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Buri mwaka baracapura imiliyoni 17 z’ibitabu n’imiliyoni 165 z’ibinyamakuru. Buri mwaka bararungika amatoni 11.000 y’ibitabu n’ibinyamakuru vyo mu ndimi 280, bakabirungika mu bihugu birenga 40.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.