Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Ububiligi

Christian Congregation of Jehovah’s Witnesses

rue d’Argile-Potaardestraat 60

B-1950 KRAAINEM

UBUBILIGI

+32 2-782-00-15

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 4:30 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 9:30 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1 n’igice

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Bahagarikira igikorwa c’Ivyabona vya Yehova bo mu Bubiligi. Umuntu ariko arahatembera arerekwa ibintu vyerekana kahise kaho k’ivyabona vya Yehova.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.