Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Tayiwani

Watch Tower Bible and Tract Society

No. 325, Shefu Road

Xinwu Distict

Taoyuan City 32746

TAYIWANI

+886 3-477-7999

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha 1

Ibintu bikurubikuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu gishinwa c’ikimandarini (gisanzwe) no mu rurimi rw’ibimenyetso rwo muri Tayiwan. Baratunganya ivyo kwumviriza mu ndimi zikurikira: amis, bunun (mu bumanuko), hakka (Tayiwani), min nan (Tayiwani), igishinwa c’ikimandarini be n’amavidewo yo mu rurimi rw’ibimenyetso rwo muri Tayiwani.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.