Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Amabiro yacu n’ugutemberezwa

Turagutumiye n’igishika cinshi gutemberezwa ku mabiro yacu no mu nyubakwa ducapuriramwo ibitabu. Raba aho biherereye n’umwanya umuntu ashobora gutemberezwa.

Tahiti

P.K. 2,7 Cote mer

Toahotu

Taiarapu Ouest

TARAVAO TAHITI

POLYNÉSIE FRANÇAISE

+689 40-54-70-00

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Kuva isaha 2:00 gushika isaha 5:00 zo mu gitondo no kuva isaha 7:00 gushika isaha 10:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha n’inusu

Ibintu bikurubikuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu gitahiti. Barahagarikira igikorwa co kwigisha Bibiliya c’Ivyabona vya Yehova mu mazinga no mu migwi y’utuzinga dutoduto dusabagiye mu karere kangana n’Uburaya bwo mu Burengero.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa.